Yesaya 40:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azoza nk’umunyenkomezi, kandi ukuboko kwiwe kuzomuganzira+. Raba! Impêra yiwe iri kumwe na we+, kandi impembo atanga iri imbere yiwe+.
10 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azoza nk’umunyenkomezi, kandi ukuboko kwiwe kuzomuganzira+. Raba! Impêra yiwe iri kumwe na we+, kandi impembo atanga iri imbere yiwe+.