ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Yehova atangura kumotēra akamoto karuhura+, maze rero Yehova avuga mu mutima wiwe+ ati: “Sinzokwigera nongera guhamagarira akabi ku butaka+ kubera umuntu, kuko impengamiro+ y’umutima w’umuntu ari mbi guhera mu buto bwiwe+; kandi sinzokwigera nongera gukubita ikintu kizima cose nk’uko nagize+.

  • Abanyefeso 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yabakunze+ akabigura, akaba ishikanwa+ n’ikimazi bihawe Imana ngo bibe akamoto keza+.

  • Abafilipi 4:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ariko ndakwije muri vyose, nkagira n’umurengera. Ubu ndakwije, ko mpawe na Epafurodito+ ivyo mwarungitse bwa kamoto keza+, ikimazi cemerwa+, gihimbara Imana rwose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika