ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 11:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Vuga rero uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Nzobegeranya kandi ndabakuye mu bisata vy’abantu, ndabakoranye ndabakuye mu bihugu mwasanzarijwemwo, kandi nzobaha ubutaka bwa Isirayeli+.

  • Ezekiyeli 37:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Vuga rero ubuhanuzi, ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe nduguruye imva zanyu, kandi nzobaduza ndabakure mu mva zanyu+, emwe bantu banje, ndabazane ku butaka bwa Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika