ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+,

  • Nehemiya 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nimwamara kungarukako+ mukagumya amabwirizwa yanje+, mukayashitsa+, naho abashwiragiye banyu bazoba bari ku mpera y’amajuru, nzobegeranya ndabakuyeyo+, ndabazane+ ata gukeka ahantu natoye ngo izina ryanje rihabe+.’

  • Ezekiyeli 16:61
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 61 Nawe uzokwibuka koko inzira zawe+ wumve uteterewe niwākira bene wanyu, abakuruta hamwe n’abo uruta; kandi sinzobura kubaguha ngo bakubere abakobwa+, ariko bitavuye kw’isezerano ryawe+.’

  • Hoseya 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika