Gusubira mu vyagezwe 29:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 emwe, amahanga yose ntazobura kuvuga ngo: ‘Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu+? Ukurungura kw’iryo shavu ryinshi kwavuye ku ki?’ 2 Ngoma 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 nzobarandura rero ku butaka bwanje nabahaye+; kandi iyi nzu nereje+ izina ryanje nzoyita imve mu maso+, ndayigire iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose+. Gucura intimba 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yehova yakoze ivyo yari yiyumviriye+. Yashikije ivyo yavuze+,Ivyo yari yarategetse kuva mu misi ya kera+. Yasambuye, ntiyagira impuhwe+.Kandi atuma umwansi anezerwa ku bikwerekeye+. Yashize hejuru ihembe ry’abarwanizi bawe+.
24 emwe, amahanga yose ntazobura kuvuga ngo: ‘Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu+? Ukurungura kw’iryo shavu ryinshi kwavuye ku ki?’
20 nzobarandura rero ku butaka bwanje nabahaye+; kandi iyi nzu nereje+ izina ryanje nzoyita imve mu maso+, ndayigire iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose+.
17 Yehova yakoze ivyo yari yiyumviriye+. Yashikije ivyo yavuze+,Ivyo yari yarategetse kuva mu misi ya kera+. Yasambuye, ntiyagira impuhwe+.Kandi atuma umwansi anezerwa ku bikwerekeye+. Yashize hejuru ihembe ry’abarwanizi bawe+.