Zaburi 69:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amaso yabo nacure umwiza kugira ngo ntibabone+;Nutume amafyinga yabo anyoganyoga nantaryo+. Ezekiyeli 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Barakwifadikije n’ukuboko, urajanjagurika+, ubasatura igitugu cose. Ngo bakwishimikize na ho, uravunika+, utuma amafyinga yabo yose anyoganyoga+.”
7 Barakwifadikije n’ukuboko, urajanjagurika+, ubasatura igitugu cose. Ngo bakwishimikize na ho, uravunika+, utuma amafyinga yabo yose anyoganyoga+.”