Kuvayo 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Ntugafate nabi kavamahanga canke ngo umuhahaze+, kuko namwe mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Imigani 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntiwambure umuntu mutoyi ngo ni uko ari mutoyi+, kandi ntujanjagurire umurushwa mw’irembo+.
21 “Ntugafate nabi kavamahanga canke ngo umuhahaze+, kuko namwe mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+.