Mika 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mwebwe abanka iciza+ mugakunda ikibi+, abantu mukabakurako urukoba rwabo, n’inyama zabo mukazikura ku magufa yabo+. Zefaniya 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abaganwa biwe hagati muri we bari intambwe ziroha+. Abacamanza biwe bari amabingira y’umugoroba adakegeta amagufa ngo ashikane mu gitondo+.
2 Mwebwe abanka iciza+ mugakunda ikibi+, abantu mukabakurako urukoba rwabo, n’inyama zabo mukazikura ku magufa yabo+.
3 Abaganwa biwe hagati muri we bari intambwe ziroha+. Abacamanza biwe bari amabingira y’umugoroba adakegeta amagufa ngo ashikane mu gitondo+.