Yesaya 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Genda, wa gisata canje, winjire mu vyumba vyawe, wugare imiryango yawe inyuma yawe+. Niwinyegeze akanya gatoyi gusa gushika imisibo irenganye+.
20 “Genda, wa gisata canje, winjire mu vyumba vyawe, wugare imiryango yawe inyuma yawe+. Niwinyegeze akanya gatoyi gusa gushika imisibo irenganye+.