Yesaya 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko naho abantu bawe, ga Isirayeli, boba ari nk’udutete tw’umusenyi w’ikiyaga+, amasigarira gusa muri bo ni yo azogaruka+. Agatikizo+ kapfunditswe kazosegenyuka mu bugororotsi+, Nahumu 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni nde ashobora guhagarara imbere y’uburake bwiwe+? Kandi ni nde ashobora guhangara ishavu ryiwe rirurumba+? Emwe, ubushangashirwe bwiwe buzosukwa nk’umuriro+, kandi ibitandara bizositurirwa hasi kubera we.
22 Kuko naho abantu bawe, ga Isirayeli, boba ari nk’udutete tw’umusenyi w’ikiyaga+, amasigarira gusa muri bo ni yo azogaruka+. Agatikizo+ kapfunditswe kazosegenyuka mu bugororotsi+,
6 Ni nde ashobora guhagarara imbere y’uburake bwiwe+? Kandi ni nde ashobora guhangara ishavu ryiwe rirurumba+? Emwe, ubushangashirwe bwiwe buzosukwa nk’umuriro+, kandi ibitandara bizositurirwa hasi kubera we.