Yeremiya 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aho ndabiboneye, kuko Isirayeli w’umuhemu yari yararenze ibigo, ndamwirukana+ kandi ndamuha icete c’ukwahukana na we buhere+, yamara mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye, mugabo na we nyene atangura kuja gukora ubumaraya+. Ezekiyeli 16:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Kandi inzira zabo si zo wagendeyemwo, eka ntiwisunze ibintu vyabo biteye ishishi+. Mu kanya gato cane, mu nzira zawe zose watanguye mbere gukora ibigukwegera guhona kuruta uko bo bakoze+.
8 Aho ndabiboneye, kuko Isirayeli w’umuhemu yari yararenze ibigo, ndamwirukana+ kandi ndamuha icete c’ukwahukana na we buhere+, yamara mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye, mugabo na we nyene atangura kuja gukora ubumaraya+.
47 Kandi inzira zabo si zo wagendeyemwo, eka ntiwisunze ibintu vyabo biteye ishishi+. Mu kanya gato cane, mu nzira zawe zose watanguye mbere gukora ibigukwegera guhona kuruta uko bo bakoze+.