Imigani 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Uguhambara kurashika kure mu muntu ategera+, kuruta ugukubita ikijuju incuro ijana+. Ezekiyeli 33:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 nya mubisha agasubiza icafashweko ingwati+, akishura ivyo yatwaye ku bwambuzi+, akagendera vy’ukuri mu vyagezwe vy’ubuzima mu kudakora ibigoramye+, ntazobura kubandanya kubaho+. Ntazopfa. Yakobo 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 mumenye yuko uwugaruye umucumuzi akava mu buzimire+ bw’inzira yiwe azokiza ubuzima bwiwe urupfu+ kandi azopfuka ibicumuro indiri+.
15 nya mubisha agasubiza icafashweko ingwati+, akishura ivyo yatwaye ku bwambuzi+, akagendera vy’ukuri mu vyagezwe vy’ubuzima mu kudakora ibigoramye+, ntazobura kubandanya kubaho+. Ntazopfa.
20 mumenye yuko uwugaruye umucumuzi akava mu buzimire+ bw’inzira yiwe azokiza ubuzima bwiwe urupfu+ kandi azopfuka ibicumuro indiri+.