Ezekiyeli 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu mwaka ugira mirongo itatu, mu kwezi kugira kane, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, igihe nari hagati mu bajanywe mu bunyagano+, hafi y’uruzi Kebari+, amajuru yarugurutse+ maze ntangura kubona ivyo nerekwa n’Imana+.
1 Mu mwaka ugira mirongo itatu, mu kwezi kugira kane, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, igihe nari hagati mu bajanywe mu bunyagano+, hafi y’uruzi Kebari+, amajuru yarugurutse+ maze ntangura kubona ivyo nerekwa n’Imana+.