Daniyeli 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aza iruhande y’aho nari mpagaze, mugabo aje, ntekerwa n’ubwoba, nca ngwa nubamye. Araheza ambwira ati: “Tegera+ mwana w’umuntu+, yuko iryo yerekwa ari iry’igihe c’iherezo+.” Ivyahishuwe 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ baca bikubita hasi imbere y’Umwe yicaye kuri ya ntebe bagasenga+ Umwe abaho ibihe bitazoshira, bagaterera ingori zabo imbere y’iyo ntebe, bakavuga bati:
17 Nuko aza iruhande y’aho nari mpagaze, mugabo aje, ntekerwa n’ubwoba, nca ngwa nubamye. Araheza ambwira ati: “Tegera+ mwana w’umuntu+, yuko iryo yerekwa ari iry’igihe c’iherezo+.”
10 ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ baca bikubita hasi imbere y’Umwe yicaye kuri ya ntebe bagasenga+ Umwe abaho ibihe bitazoshira, bagaterera ingori zabo imbere y’iyo ntebe, bakavuga bati: