Abacamanza 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+. 2 Ngoma 36:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Egome, abakuru bose b’abaherezi+ n’abantu bǎrakora ivy’ubuhemu ku rugero runini, bisunze ibintu biteye ishishi+ vyose vy’amahanga, ku buryo bahumanya inzu ya Yehova, iyo yari yarejeje i Yeruzalemu+. Ezekiyeli 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Muri wewe habonetse ababesheranyi katwa kugira ngo basese amaraso+; kandi muri wewe barīriye ku misozi+. Bashishikaye ubushirasoni hagati muri wewe+. 2 Petero 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kandi ikarokora wa mugororotsi Loti+ yatuntuzwa cane n’ukuntu abantu batibanga amategeko bivobeka mu bushirasoni+—
6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+.
14 Egome, abakuru bose b’abaherezi+ n’abantu bǎrakora ivy’ubuhemu ku rugero runini, bisunze ibintu biteye ishishi+ vyose vy’amahanga, ku buryo bahumanya inzu ya Yehova, iyo yari yarejeje i Yeruzalemu+.
9 Muri wewe habonetse ababesheranyi katwa kugira ngo basese amaraso+; kandi muri wewe barīriye ku misozi+. Bashishikaye ubushirasoni hagati muri wewe+.
7 kandi ikarokora wa mugororotsi Loti+ yatuntuzwa cane n’ukuntu abantu batibanga amategeko bivobeka mu bushirasoni+—