ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Aragowe umubisha!—Ivyago bari kumwe; kuko ivyo amaboko yiwe yagiriye abandi ari vyo azogirirwa+!

  • Ezekiyeli 16:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 “‘Ko utibutse imisi y’ubuto bwawe+, ukantera kubura amahoro kubera ivyo bintu vyose+, ehe nanje rero nzoshira inzira yawe ku mutwe wawe+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘kandi ntuzogenda ushishikaye kugira ubushirasoni na bumwe hambavu y’ibintu vyawe vyose biteye ishishi.

  • Matayo 16:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kuko Umwana w’umuntu abwirizwa kuzoza mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika biwe; maze azohemba umwe wese ibihuye n’inyifato yiwe+.

  • Abaroma 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi izokwishura umwe wese nk’uko ibikorwa vyiwe biri+:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika