ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 24:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Maze mu gitondo mbwira abantu, amaherezo ku mugoroba umugore wanje arapfa. Nuko mu gitondo nkora nk’uko nari nategetswe.

  • Ezekiyeli 24:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 ‘Bwira inzu ya Isirayeli uti: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira mpumanye aheranda hanje+, ubwishime bw’inkomezi zanyu+, ca kintu gihimbara amaso yanyu+ kikaba n’ico umutima wanyu ugirira impuhwe; kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu mwasize inyuma, bazogwishwa n’inkota+.

  • Hoseya 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Uko bizogenda ku bantu ni ko bizogenda no ku muherezi+; sinzobura kugira ico ndababaza ku bijanye n’inzira zabo+; ibikorwa vyabo nzobibasubizako+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika