Abalewi 26:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nayo abasigaye muri mwebwe, bazobora+ kubera ikosa ryabo mu bihugu vy’abansi banyu. Egome, mbere kubera amakosa ya ba se+, bazoborana na bo. Ezekiyeli 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kugira ngo babure umukate n’amazi, barabane bajorewe, baborere mw’ikosa ryabo+. Ezekiyeli 33:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, bwira inzu ya Isirayeli uti: ‘Mwavuze ngo: “Ko imigararizo yacu n’ibicumuro vyacu biri kuri twebwe kandi tukaba turiko turaborera muri vyo+, ni gute none tuzobandanya kubaho+?”’
39 Nayo abasigaye muri mwebwe, bazobora+ kubera ikosa ryabo mu bihugu vy’abansi banyu. Egome, mbere kubera amakosa ya ba se+, bazoborana na bo.
10 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, bwira inzu ya Isirayeli uti: ‘Mwavuze ngo: “Ko imigararizo yacu n’ibicumuro vyacu biri kuri twebwe kandi tukaba turiko turaborera muri vyo+, ni gute none tuzobandanya kubaho+?”’