Ezekiyeli 33:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Amaherezo, mu mwaka ugira cumi na kabiri kuva tujanywe mu bunyagano, mu kwezi kugira cumi, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, haza kuri jewe uwacitse kw’icumu avuye i Yeruzalemu+, avuga ati: “Igisagara catsinzwe+!”
21 Amaherezo, mu mwaka ugira cumi na kabiri kuva tujanywe mu bunyagano, mu kwezi kugira cumi, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, haza kuri jewe uwacitse kw’icumu avuye i Yeruzalemu+, avuga ati: “Igisagara catsinzwe+!”