ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 14:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Ntunezerwe+, ewe Filisitiya+, habe n’umwe mu bo muri wewe, ngo ni uko ikibando c’uwagukubita kivunywe+. Kuko mu muzi w’inzoka+ hazosokorokamwo inzoka y’ubumara+, kandi icamwa cawo kizoba inzoka y’umuriro iguruka+.

  • Yeremiya 25:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+;

  • Yoweli 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Namwe none, muhuriye ku ki nanje ga yemwe Tiro na Sidoni+ na mwebwe turere twa Filisitiya+? Mbega ivyo ni vyo mungirira nka yo mpembo mumpaye? Nimba ivyo ari vyo mungirira, nzobibishura ningoga, bimwe vyihuta, muvyikorere ku mitwe yanyu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika