18 Nayo Abafilisitiya+, bagaba igitero ku bisagara vyo muri Shefela*+ n’i Negebu+ ha Yuda maze bafata Beti-shemeshi+ na Ayaloni+ na Gederoti+ na Soko+ n’ibisagara bihakukira na Timuna+ n’ibisagara bihakukira na Gimuzo n’ibisagara bihakukira; hanyuma babayo.