Yesaya 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yaramvuye ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga; yateye ubwami guhagarika umutima+. Yehova ubwiwe yatanze itegeko kuri Fenisiya, ngo ibihome vyayo bikomeye bisenyagurwe+. Amosi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nanje nzorungika umuriro ku ruhome rwa Tiro, urigate iminara yaho yo kubamwo+.’
11 Yaramvuye ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga; yateye ubwami guhagarika umutima+. Yehova ubwiwe yatanze itegeko kuri Fenisiya, ngo ibihome vyayo bikomeye bisenyagurwe+.