Yesaya 5:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 kuko imyampi yabo ikarihije, n’imiheto yabo yose ikaba ifoye+. Ibinono vy’amafarasi yabo bizofatwa nk’ibuye ry’isare+, amakurudumu yabo na yo nk’umuyaga w’ikirura+. Habakuki 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amafarasi yaryo anyaruka kurusha ingwe, kandi arakaze kurusha amabingira yo ku mugoroba+. Amafarasi yaryo y’imbangutsi yadidaguye ibinono hasi, kandi amafarasi yaryo y’imbangutsi ava kure. Aguruka nk’inkona yihutira kurya ikintu+.
28 kuko imyampi yabo ikarihije, n’imiheto yabo yose ikaba ifoye+. Ibinono vy’amafarasi yabo bizofatwa nk’ibuye ry’isare+, amakurudumu yabo na yo nk’umuyaga w’ikirura+.
8 Amafarasi yaryo anyaruka kurusha ingwe, kandi arakaze kurusha amabingira yo ku mugoroba+. Amafarasi yaryo y’imbangutsi yadidaguye ibinono hasi, kandi amafarasi yaryo y’imbangutsi ava kure. Aguruka nk’inkona yihutira kurya ikintu+.