Ezekiyeli 27:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ivyo mu bubiko bwawe+ vyarasohoka bivuye mu kiyaga+, ugahaza ibisata vyinshi vy’abantu+. Watungishije abami b’isi ubwinshi bw’ibintu vyawe vy’agaciro be n’ibikabwa vyawe+. 1 Timoteyo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+;
33 Ivyo mu bubiko bwawe+ vyarasohoka bivuye mu kiyaga+, ugahaza ibisata vyinshi vy’abantu+. Watungishije abami b’isi ubwinshi bw’ibintu vyawe vy’agaciro be n’ibikabwa vyawe+.
17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+;