Gusubira mu vyagezwe 32:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+. Zaburi 88:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Wanshize mu cobo c’ibwina kure rwose,Mu bibanza vy’umwiza, mu nyenga nini+. Ezekiyeli 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Mwana w’umuntu, curira intimba isinzi rya Misiri, urimanure+, we hamwe n’abakobwa b’amahanga y’agakomeye, ubamanure mu gihugu co munsi epfo+, kumwe n’abamanuka muri ca cobo+.
22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+.
18 “Mwana w’umuntu, curira intimba isinzi rya Misiri, urimanure+, we hamwe n’abakobwa b’amahanga y’agakomeye, ubamanure mu gihugu co munsi epfo+, kumwe n’abamanuka muri ca cobo+.