Zaburi 143:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nunyaruke, nunyishure, ewe Yehova+!Inkomezi zanje zirarangiye*+.Mu maso hawe ntuhampishe+,Ahandiho noca mera nk’abamanuka mu cobo+. Ezekiyeli 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Bazokumanukana mu cobo+, kandi uzopfa urupfu rw’uwugandaguriwe mu nda y’igezi ry’ikiyaga+. Luka 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nawe Kaperinawumu, woba uzoduzwa gushika kw’ijuru+? Uzomanuka gushika mu kuzimu+!
7 Nunyaruke, nunyishure, ewe Yehova+!Inkomezi zanje zirarangiye*+.Mu maso hawe ntuhampishe+,Ahandiho noca mera nk’abamanuka mu cobo+.