Yoweli 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 abana ba Yuda be n’abana ba Yeruzalemu mwarabagurishije+ ku bana b’Abagiriki+, kugira ngo mubomorere kure y’akarere kabo bwite+; Ivyahishuwe 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 n’ibimota vyitwa mudarasini be n’ivyitwa amome n’imibavu n’amavuta amota neza n’imibavu ya olibani n’umuvinyu n’amavuta y’umwelayo n’ifu inoze n’ingano n’inka n’intama, n’amafarasi n’imiduga n’abashumba n’abantu+.
6 abana ba Yuda be n’abana ba Yeruzalemu mwarabagurishije+ ku bana b’Abagiriki+, kugira ngo mubomorere kure y’akarere kabo bwite+;
13 n’ibimota vyitwa mudarasini be n’ivyitwa amome n’imibavu n’amavuta amota neza n’imibavu ya olibani n’umuvinyu n’amavuta y’umwelayo n’ifu inoze n’ingano n’inka n’intama, n’amafarasi n’imiduga n’abashumba n’abantu+.