2 Abami 23:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo Yehova avuga ati: “Na Yuda+ nzoyikura mu maso yanje+, nk’uko nakuyeho Isirayeli+; kandi ata gukeka nzota iki gisagara natoye, egome, Yeruzalemu, n’inzu navuze ku biyerekeye nti: ‘Izina ryanje rizokwama ng’aho+.’”
27 Mugabo Yehova avuga ati: “Na Yuda+ nzoyikura mu maso yanje+, nk’uko nakuyeho Isirayeli+; kandi ata gukeka nzota iki gisagara natoye, egome, Yeruzalemu, n’inzu navuze ku biyerekeye nti: ‘Izina ryanje rizokwama ng’aho+.’”