Zaburi 118:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ni vyiza guhungira muri Yehova+Kuruta kwizigira umuntu yakuwe mw’ivu+. Zaburi 146:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntimushire ivyizigiro vyanyu mu banyacubahiro+,Canke mu mwana w’umuntu yakuwe mw’ivu, ata bukiriro ashobora gutanga+. Yeremiya 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+.
3 Ntimushire ivyizigiro vyanyu mu banyacubahiro+,Canke mu mwana w’umuntu yakuwe mw’ivu, ata bukiriro ashobora gutanga+.
5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+.