Zaburi 69:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amaso yabo nacure umwiza kugira ngo ntibabone+;Nutume amafyinga yabo anyoganyoga nantaryo+. Ezekiyeli 21:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, nunihe unyiganza amafyinga+. Mbere unihe mu maso yabo uri n’umururazi+.
6 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, nunihe unyiganza amafyinga+. Mbere unihe mu maso yabo uri n’umururazi+.