Ezekiyeli 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuri uwo musi, intumwa zizogendera mu meri zivuye imbere yanje, kugira ngo zijugumize Etiyopiya yiyizigira+. Emwe, bazogira ububabare bukaze ku musi wa Misiri, kuko utegerezwa kuza+.’ Ezekiyeli 30:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzozimanganya kandi isinzi rya Misiri biciye ku kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni+.
9 Kuri uwo musi, intumwa zizogendera mu meri zivuye imbere yanje, kugira ngo zijugumize Etiyopiya yiyizigira+. Emwe, bazogira ububabare bukaze ku musi wa Misiri, kuko utegerezwa kuza+.’
10 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzozimanganya kandi isinzi rya Misiri biciye ku kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni+.