Yesaya 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+. Ezekiyeli 32:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nzotuma isinzi ryawe rigwishwa n’inkota z’abanyenkomezi, intwazamukazo z’amahanga, bose hamwe+; bazonyaga koko ubwishime bwa Misiri, kandi isinzi ryiwe ryose rizozimanganywa ata kabuza+.
16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+.
12 Nzotuma isinzi ryawe rigwishwa n’inkota z’abanyenkomezi, intwazamukazo z’amahanga, bose hamwe+; bazonyaga koko ubwishime bwa Misiri, kandi isinzi ryiwe ryose rizozimanganywa ata kabuza+.