ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 46:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano+, ewe mukobwa wa Misiri uba ng’aho+! Kuko Nofu+ izocika akajoreza kandi izoturirwa, ku buryo ata wuzohaba+.

  • Ezekiyeli 29:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Igihugu ca Misiri nzokigira igiharabuga hagati mu bihugu vyagizwe umusaka+; kandi ibisagara vyaco bizocika igiharabuga hagati mu bisagara vyatikijwe, kumara imyaka mirongo ine+; kandi nzosanzaza Abanyamisiri mu mahanga, ndabashwiragize mu bihugu+.”

  • Ezekiyeli 32:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Mwana w’umuntu, curira intimba isinzi rya Misiri, urimanure+, we hamwe n’abakobwa b’amahanga y’agakomeye, ubamanure mu gihugu co munsi epfo+, kumwe n’abamanuka muri ca cobo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika