Yesaya 55:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+. Ezekiyeli 33:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ivyo nivyaranguka—kandi ehe ntibizobura kuranguka+—bazobwirizwa rero kumenya yuko umuhanuzi yari yabaye hagati muri bo+.”
11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.
33 Ivyo nivyaranguka—kandi ehe ntibizobura kuranguka+—bazobwirizwa rero kumenya yuko umuhanuzi yari yabaye hagati muri bo+.”