Gusubira mu vyagezwe 32:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+. Zaburi 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Haguruka, Yehova we; nuhangane na we amaso mu yandi+;Mwunamike; kiza ubuzima bwanje umubisha ukoresheje inkota yawe+, Ezekiyeli 32:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Inkota y’umwami wa Babiloni izokuzako+.
41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+.
13 Haguruka, Yehova we; nuhangane na we amaso mu yandi+;Mwunamike; kiza ubuzima bwanje umubisha ukoresheje inkota yawe+,