Abalewi 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntibakwiye kwica ubuhanza ku mitwe+, kandi ntibaze bamwe udusunwa tw’ubwanwa bwabo+, kandi ntibaze bikebe ku mubiri+. Ezekiyeli 44:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ntibaze biharanguze umutwe+, kandi umushatsi wo ku mutwe wabo ntibaze bawureke ngo urekere. Baze bagabanishe umushatsi wo ku mitwe yabo+.
5 Ntibakwiye kwica ubuhanza ku mitwe+, kandi ntibaze bamwe udusunwa tw’ubwanwa bwabo+, kandi ntibaze bikebe ku mubiri+.
20 Ntibaze biharanguze umutwe+, kandi umushatsi wo ku mutwe wabo ntibaze bawureke ngo urekere. Baze bagabanishe umushatsi wo ku mitwe yabo+.