Yeremiya 40:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yeremiya aja kuri Gedaliya+ mwene Ahikamu i Mizipa+, abana na we hagati mu bantu bari basigaye mu gihugu. Yeremiya 52:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo bamwe mu bantu batobato bo muri ico gihugu, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima arabasigaza ngo babe abakozi bo mu mirima y’imizabibu n’abakora ibikorwa vy’umuruho+.
6 Nuko Yeremiya aja kuri Gedaliya+ mwene Ahikamu i Mizipa+, abana na we hagati mu bantu bari basigaye mu gihugu.
16 Mugabo bamwe mu bantu batobato bo muri ico gihugu, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima arabasigaza ngo babe abakozi bo mu mirima y’imizabibu n’abakora ibikorwa vy’umuruho+.