8 nuko baguma bagendera mu vyagezwe+ vy’amahanga Yehova yari yarirukanye imbere ya bene Isirayeli, no mu vyagezwe vy’abami ba Isirayeli, ivyo bari barashinze;
47 Kandi inzira zabo si zo wagendeyemwo, eka ntiwisunze ibintu vyabo biteye ishishi+. Mu kanya gato cane, mu nzira zawe zose watanguye mbere gukora ibigukwegera guhona kuruta uko bo bakoze+.