2 Abami 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ko Manase+ umwami wa Yuda yakoze ivyo bintu biteye ishishi+, yakoze ivy’ububisha kurusha ivyo Abamori+ bamwitangiye imbere bakoze vyose, kandi yatanguye gucumurisha+ na Yuda ibigirwamana vyiwe vy’umwanda. Yeremiya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbega hari ihanga ryakavye imana zaryo+, egome, rikazikaba ibitari imana+? Mugabo abantu banje ubuninahazwa bwanje babukavye ibidashobora kuzana inyungu+. Ezekiyeli 16:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Kandi inzira zabo si zo wagendeyemwo, eka ntiwisunze ibintu vyabo biteye ishishi+. Mu kanya gato cane, mu nzira zawe zose watanguye mbere gukora ibigukwegera guhona kuruta uko bo bakoze+.
11 “Ko Manase+ umwami wa Yuda yakoze ivyo bintu biteye ishishi+, yakoze ivy’ububisha kurusha ivyo Abamori+ bamwitangiye imbere bakoze vyose, kandi yatanguye gucumurisha+ na Yuda ibigirwamana vyiwe vy’umwanda.
11 Mbega hari ihanga ryakavye imana zaryo+, egome, rikazikaba ibitari imana+? Mugabo abantu banje ubuninahazwa bwanje babukavye ibidashobora kuzana inyungu+.
47 Kandi inzira zabo si zo wagendeyemwo, eka ntiwisunze ibintu vyabo biteye ishishi+. Mu kanya gato cane, mu nzira zawe zose watanguye mbere gukora ibigukwegera guhona kuruta uko bo bakoze+.