Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+. Yohani 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bamaze kwitanga umusase, Yezu abwira Simoni Petero ati: “Simoni mwene Yohani, urankunda kurusha izi+?” Amubwira ati: “Egome, Mukama, urazi yuko nkwiyumvamwo+.” Amubwira ati: “Gaburira imyagazi yanje y’intama+.”
11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
15 Bamaze kwitanga umusase, Yezu abwira Simoni Petero ati: “Simoni mwene Yohani, urankunda kurusha izi+?” Amubwira ati: “Egome, Mukama, urazi yuko nkwiyumvamwo+.” Amubwira ati: “Gaburira imyagazi yanje y’intama+.”