Yesaya 56:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbere ni imbwa z’ameru akaze+; ntibamenye guhaga ico ari co+. Vyongeye, ni abungere batamenye gutegera+. Bose uko bangana barahindukiye bagana inzira yabo bwite, umwe wese akarondera inyungu yiwe y’akarenganyo ku mupaka wiwe bwite+:
11 Mbere ni imbwa z’ameru akaze+; ntibamenye guhaga ico ari co+. Vyongeye, ni abungere batamenye gutegera+. Bose uko bangana barahindukiye bagana inzira yabo bwite, umwe wese akarondera inyungu yiwe y’akarenganyo ku mupaka wiwe bwite+: