Gusubira mu vyagezwe 29:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 emwe, amahanga yose ntazobura kuvuga ngo: ‘Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu+? Ukurungura kw’iryo shavu ryinshi kwavuye ku ki?’ 1 Abami 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Iyi nzu na yo izocika ibirundo vy’ibihomvagurike+. Uwuzoyica iruhande wese azoraba yumiwe+, avuze koko agahwa, avuge ati: ‘Ni kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu n’iyi nzu+?’ Gucura intimba 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:“Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?”
24 emwe, amahanga yose ntazobura kuvuga ngo: ‘Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu+? Ukurungura kw’iryo shavu ryinshi kwavuye ku ki?’
8 Iyi nzu na yo izocika ibirundo vy’ibihomvagurike+. Uwuzoyica iruhande wese azoraba yumiwe+, avuze koko agahwa, avuge ati: ‘Ni kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu n’iyi nzu+?’
15 Abahita ku nzira bose bakubise amashi ku yandi baguhema+.Bavugije agahwa+ kandi baguma bazungiriza umutwe+ umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:“Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: ‘Ni ubwiza butagira akanenge, umwigino w’isi yose+’?”