Matayo 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ahubwo mugume muja ku ntama zazimiye z’inzu ya Isirayeli+. Luka 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ni nde muri mwebwe afise intama ijana, atakaje imwe muri zo, atazosiga zimwe mirongo icenda n’icenda mu gahinga akaja kurondera iyatakaye gushika ayitoye+?
4 “Ni nde muri mwebwe afise intama ijana, atakaje imwe muri zo, atazosiga zimwe mirongo icenda n’icenda mu gahinga akaja kurondera iyatakaye gushika ayitoye+?