Gucura intimba 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Igihano c’ikosa ry’umukobwa w’abantu banje kibaye kinini kuruta igihano c’igicumuro ca Sodomu+,Iyaranduwe mu kanya gato, ntihagire amaboko ahindukira kuyitabara+. Daniyeli 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+. Amosi 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ‘Ni mwebwe gusa namenye+ mu miryango yose yo ku butaka+. Ni co gituma nzogira ico ndababaza ku makosa yanyu yose+.
6 Igihano c’ikosa ry’umukobwa w’abantu banje kibaye kinini kuruta igihano c’igicumuro ca Sodomu+,Iyaranduwe mu kanya gato, ntihagire amaboko ahindukira kuyitabara+.
12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+.
2 ‘Ni mwebwe gusa namenye+ mu miryango yose yo ku butaka+. Ni co gituma nzogira ico ndababaza ku makosa yanyu yose+.