Yeremiya 52:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+, Yeremiya 52:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Maze abo, umwami wa Babiloni arabagarika+, abicira i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+. Gutyo Yuda ija mu bunyagano ivuye ku butaka bwayo+.
24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+,
27 Maze abo, umwami wa Babiloni arabagarika+, abicira i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+. Gutyo Yuda ija mu bunyagano ivuye ku butaka bwayo+.