1 Samweli 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ni kubera iki muguma mutera umugere ikimazi canje+ n’ishikanwa ryanje nategetse aho mba+, kandi ukaguma utera iteka abahungu bawe kunduta, mu kwidohesha ubwanyu+ ku vyiza kuruta ibindi vyose vyo mu mashikanwa y’abantu banje Isirayeli+?
29 Ni kubera iki muguma mutera umugere ikimazi canje+ n’ishikanwa ryanje nategetse aho mba+, kandi ukaguma utera iteka abahungu bawe kunduta, mu kwidohesha ubwanyu+ ku vyiza kuruta ibindi vyose vyo mu mashikanwa y’abantu banje Isirayeli+?