Zakariya 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 izo bene kuzigura batanguye kwica+ mugabo bakaba badaharurwako icaha+. Kandi abazigurisha+ bavuga ngo: “Yehova ahezagirwe, nanje nironkere ubutunzi+.” Abungere bazo nta mpuhwe na nkeyi bazumvira+.’ Zakariya 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko ehe ngira mpagurutse umwungere mu gihugu+. Ntazokwitaho intama ziriko zirazimangana+. Ntazorondera umwagazi, kandi intama ivunitse ntazoyivura+. Iyigihagaze ntazoyironsa ivyo irya, kandi azorya inyama z’iyidoshe+, arandure ibinono vy’intama+. Luka 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo umukuru ahagarikiye isinagogi ashavuzwa n’uko Yezu akijije kw’isabato, aca atangura kubwira isinzi ati: “Hari imisi itandatu ibwirizwa gukorwako ibikorwa+; kuri iyo misi rero abe ari ho muza, mukizwe, atari ku musi w’isabato+.”
5 izo bene kuzigura batanguye kwica+ mugabo bakaba badaharurwako icaha+. Kandi abazigurisha+ bavuga ngo: “Yehova ahezagirwe, nanje nironkere ubutunzi+.” Abungere bazo nta mpuhwe na nkeyi bazumvira+.’
16 Kuko ehe ngira mpagurutse umwungere mu gihugu+. Ntazokwitaho intama ziriko zirazimangana+. Ntazorondera umwagazi, kandi intama ivunitse ntazoyivura+. Iyigihagaze ntazoyironsa ivyo irya, kandi azorya inyama z’iyidoshe+, arandure ibinono vy’intama+.
14 Mugabo umukuru ahagarikiye isinagogi ashavuzwa n’uko Yezu akijije kw’isabato, aca atangura kubwira isinzi ati: “Hari imisi itandatu ibwirizwa gukorwako ibikorwa+; kuri iyo misi rero abe ari ho muza, mukizwe, atari ku musi w’isabato+.”