ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “‘Muze mwubahirize amasabato yanje+, kandi muze mwamanire akoba aheranda hanje+. Ndi Yehova.

  • Abalewi 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nanje nzoshinga igitsure canje* uyo muntu, ndamurandure mu bantu b’iwabo+, kuko yahaye uwo mu ruvyaro rwiwe Moleki kugira ahumanye aheranda hanje+ no kugira ahumanye izina ryanje ryeranda+.

  • 2 Abami 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Vyongeye, igishusho c’ikibazano+ c’igikingi ceranda yari yarakoze, agishira mu nzu+ Yehova yari yarabwiye Dawidi na Salomo umuhungu wiwe ku biyerekeye ati: “Muri iyi nzu be n’i Yeruzalemu, aho natoye mu miryango yose ya Isirayeli, nzohashira izina ryanje gushika igihe kitagira urugero+.

  • 2 Ngoma 36:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Egome, abakuru bose b’abaherezi+ n’abantu bǎrakora ivy’ubuhemu ku rugero runini, bisunze ibintu biteye ishishi+ vyose vy’amahanga, ku buryo bahumanya inzu ya Yehova, iyo yari yarejeje i Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 32:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Barashize ibintu bisesemye vyabo mu nzu yitirirwa izina ryanje, kugira ngo bayihumanye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika