Gusubira mu vyagezwe 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ibishusho bibajwe vy’imana zabo mukwiye kubiturira mu muriro+. Ntuze wipfuze ifeza n’inzahabu yo kuri vyo+, canke ngo uyitware+, ngo ntuhave ufatwa mu mutego na yo+; kuko ari ikintu giteye ishishi+ kuri Yehova Imana yawe. Yeremiya 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi imbere ya vyose, nzoriha urugero rwuzuye rw’ikosa+ ryabo n’urw’igicumuro cabo, kuko bahumanije igihugu canje+. Intoranwa yanje bayujuje ibintu vyabo bisesemye n’ibintu vyabo biteye ishishi bitagira ubuzima+.’” Ezekiyeli 23:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Vyongeye, ehe ivyo bankoreye: Bahumanije+ aheranda hanje+ kuri uwo musi, banduza amasabato yanje+.
25 Ibishusho bibajwe vy’imana zabo mukwiye kubiturira mu muriro+. Ntuze wipfuze ifeza n’inzahabu yo kuri vyo+, canke ngo uyitware+, ngo ntuhave ufatwa mu mutego na yo+; kuko ari ikintu giteye ishishi+ kuri Yehova Imana yawe.
18 Kandi imbere ya vyose, nzoriha urugero rwuzuye rw’ikosa+ ryabo n’urw’igicumuro cabo, kuko bahumanije igihugu canje+. Intoranwa yanje bayujuje ibintu vyabo bisesemye n’ibintu vyabo biteye ishishi bitagira ubuzima+.’”
38 Vyongeye, ehe ivyo bankoreye: Bahumanije+ aheranda hanje+ kuri uwo musi, banduza amasabato yanje+.