Obadiya 10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kubera ubukazi wagiriye mwene wanyu Yakobo+, uzokwicwa n’ibimaramare+, kandi uzorandurwa ata kabuza gushika igihe kitagira urugero*+.
10 Kubera ubukazi wagiriye mwene wanyu Yakobo+, uzokwicwa n’ibimaramare+, kandi uzorandurwa ata kabuza gushika igihe kitagira urugero*+.